AGnews

                                       

      

AMAKURU ...  

 

 AGNEWS

G.N. 

BUJUMBURA,   31/07/2006
 


Abantu bataramenyekana barateye grenade mu bunywero bubiri buri muri quartier ECOSAT yo muru komine Gihosha. Ico gitero cabaye ku wa mungu ku mugoroba kikaba cahitanye abantu batatu baciye bapfa ubwo nyene ,abandi benshi nabo bajanywe mu bitaro bitandukanye vy'i Bujumbura niho bariko baravurirwa .

Not yet identified people launched grenades, the evening of this Sunday, in two cabarets of the Gihosha commune to district ECOSAT. The assessment is of three people who died dirctement while many casualties was evacuated towards various hospitals Bujumbura where they receive care. The authors of this attack are not yet known.

Des personnes non encore identifiées ont lancé des grenades ,le soir de ce dimanche,dans deux cabarets de la commune Gihosha au quartier ECOSAT. Le bilan est de trois personnes qui sont mortes dirctement tandis que beaucoup de blessés ont été évacués vers différents hôpitaux de Bujumbura où ils reçoivent des soins. Les auteurs de cette attaque ne sont pas encore connus.

AGNEWS 2006

1 1