AGnews

                                       

  I BUJUMBURA  BASUBIRA KUMVIRIZA ...

SNAPSHOTS IN THE STREETS OF BUJUMBURA
WITH THE KIRUNDI
  -

AGNEWS -  P.B. - BUJUMBURA,   30/05/2006
 


- THIS DOES NOT REPRESENT THE THOUGHT OF AGNEWS -

 

Ibiganiro hagati ya Leta y'uburundi n'umugwi ikirwana.
 

Kuva ejo haheze igenekerezo rya 29 rusama 2006,niho harya mu gihugu ca Non à l' Extrême-Droite BurundaiseTANZANIYA hatangura ibiganiro bihuza LETA y'uburundi n'umuhari wa paripehutu Fnl ;muruhande rwa LETA bihagarikiwe na minisitre w'iintwaro yohagati mugihugu n'umutekano,umushingantahe Evaliste;kuruhande rwa paripehutu fnl,bahagarariwe na kizingenza wabo;nyakubahwa Agathon RWASA.
Kuri ivyo biganiro rero,abantu benshi nacane cane abari ngaha mu gisagara ca Bujumbura bagizwe cane cane n'ubwoko bwa batutsi,bavuga ko ivyo biganiro biteye amakenga kubera ababirimo bose arabahoze barwanya ubwoko bwabo,kuri bo rero ngo ntibibaza ko aribiganiro bizoteba kuko bisa nkuko bagiye korohaniriza mu kazi kumwumwe wese kugira bacinyize ubwoko bwa ba tutsi.
Aha tubibutse ko kuva na kare hose umuhari wa paripehutu Fnl wagumye usaba ngo babahe abatutsi baganire bakanka bagatera ivyatsi;nibicare bongwe rero.Ariko rero naho biruko,bamwe bavuga ngo LETA ya rungitse umuhagarikizi wayo atamenyereye ivya politike,ibi babikura kuri uyu mu ministre nyenye
barungitse,nayo aherutse kuja kuvugira mu Ntara ya BURURI muri commune Rumonge,babimubaza agahakana munyuma bakamumaramariza kuri radio bakoresheje amajwi yiwe.
Ati kuruhande rwa palipehutu Fnl,nabantu basigukiwe cane politique kandi wumva ko batahura cane kahise k'uburundi,arico gituma LETA yari kuraba uwundi muntu akomeye muri politique yari kuja guhagararira ivyo biganiro.

1