AGnews

                                       

  I BUJUMBURA  BASUBIRA KUMVIRIZA ...

SNAPSHOTS IN THE STREETS OF BUJUMBURA
WITH THE KIRUNDI
  -

AGNEWS -  P.B. - BUJUMBURA,   29/07/2006
 


- THIS DOES NOT REPRESENT THE THOUGHT OF AGNEWS -

Ibikorwa Rusangi(UMUGANDA)

Nkuko vyari vyatangushwe n'umukuru y'igihugu kuwa gatandatu uheze,nuyu musi ibikorwa rusangi vyabandanije aho imiduga na masoko yose yo mugisagara ca Bujumbura nahandi hose bakorere imirimo inyuranye,mumwanya mutoyi cane uheze niho buguruye vyose,ibikorwa bisazwe bitanguye igihe c'isaha zine zumurango(10h00)ayandi masaha yari imbere yaho abarundi bose cane cane ababa mu gisagara ca bujumbura bazindukiye mubikorwa rusangi.
Abarundi batari bake barabishigikiye ariko rero ingorane ihari abantu baridongera cane ukuntu umuntu ashobora kuba afise nkurubanza ruguru(à l'interieur du pays)ntibaronke ingene bangenda kuko imiduga iza kugururigwa igihe c'isaha zine.Usanga rero benshi bamaze guceregwa kubera kuva ino i Bujumbura bateba;barasaba leta ko yoza iraha impusha abantu nkabo kugira imanza zabo nizononekare.

 

 AGNEWS 2006

1 1