|
I BUJUMBURA
BASUBIRA KUMVIRIZA ...
-
SNAPSHOTS IN THE STREETS OF BUJUMBURA
WITH THE KIRUNDI -
AGNEWS - P.B. - BUJUMBURA, 28/07/2006
- THIS DOES NOT REPRESENT THE THOUGHT OF
AGNEWS -
Inyuma yivyo hari imisi mikuru.
Inyuma y'imishamirano hagati ya leta n'umuhari palipehutu Fnl,ubu abarundi
baratanguye kwizera ko amahoro ashobora gutaha i Buruindi.Inyuma yaho umuhari
palipehutu Fnl utangarije ivyo usaba muri leta abarundi batari bake babivugako
imvugo imwe,ati:ntakigoye na kimwe muvyo basaba batoronswa nico gituma leta
ihari ataco yo kwitwaza ngo nuyo muhari ntutahe.
Amakuru tuvana mu gisirikare ca leta na cane cane abasirikare barimo bahora
barwanya leta bobo baremeza neza ko ico uyo muhari wasavye muri leta
atambeshere irimo ahubwo ko bonyarutsa bakayihereza ivyo yasavye kuko nabo ngo
naha bari murico hariho utuntu twinshi babanyegeza ati Kizigenza wa Palipehutu
hamwe yoza ibintu vyoshigwa ahabona.
Mu bijanye no muyandi ma service abarundi batari bake bakorayop baremeza neza
cane ko uravye mu nzego zo hejuru na bahutu batwara mugabo hasi ugasanga
abuzuyeyo na batutsi gusa hamwe ushobora gutanga dossier yawe arico urondera
ikangenda itingeze iva aho iri ku bwiyo mpavu;bose bati RWASA nibamuhe tumenye
ico dukora naho ubundi hoba ari ugupfuka igisebe kidakira.
AGNEWS 2006
|