Abigisha b'i Muyinga bahagaritse akazi
Haraheze indwi zitatu abigisha b'i
Muyinga bahagaritse akazi kuko Leta yabatse impangu yari yabahaye.Ivyo
bikazogira ingaruka mbi kumanota y'abanyeshure bataratangura ibibazo kandi
harimwo abitegurira ca kibazo gitanga uburenganzira bwo kwiga Kaminuza.
The teachers of Muyinga have
just spent 3 weeks in the strike because the administration had withdrawn the
pieces to them which had been allotted to them. This stop, will not be without
influence on the results of the pupils who did not begin yet the examinations
and which must prepare with the test giving access to the higher education.
Les enseignants de Muyinga viennent de
passer 3 semaines dans la grève parce que l'administration leur avaient retiré
les parcelles qui leur avaient été attribuées. Cet arrêt, ne sera pas sans
influence sur les résultats des élèves qui n'ont pas encore commencé les
examens et qui doivent se préparer au test donnant accès à l'enseignement
supérieur.
BIRAGUMA Nadia Victoire yarabogojwe
...
Musitanteri wa komine Buterere,
umupfasoni BIRAGUMA Nadia Victoire yarabogojwe mumabanga yiwe. Ivyo bikaba
vyatumwe n'uko atigenjeje neza igihe icegera cakabiri c'umukuru w'igihugu
umupfasoni Alice Nzomukunda yari yabagendeye hamwe no kuba yatanze impangu
kubarimu atabajije inama mpanuzwajambo ya Komine.
The administrator of the
commune Buterere Mrs Biraguma Nadia Victoire was dismissed of his functions.
The reasons of this dismissal would be its méconduite at the time of the visit
of the second vice-president M.Alice Nzomukunda and to have allotted the
pieces to the teachers without consulting the communal advisers.
L'administrateur de la commune Buterere
Madame Biraguma Nadia Victoire a été limogée de ses fonctions. Les raisons de
cette destitution seraient sa méconduite lors de la visite de la deuxième
vice-présidente M.Alice Nzomukunda et d'avoir attribué les parcelles aux
enseignants sans consulter les conseillers communaux.
AGNEWS
2006