AGnews

                                       

  I BUJUMBURA  BASUBIRA KUMVIRIZA ...

SNAPSHOTS IN THE STREETS OF BUJUMBURA
WITH THE KIRUNDI
  -

AGNEWS -  P.B. - BUJUMBURA,   27/05/2006
 


- THIS DOES NOT REPRESENT THE THOUGHT OF AGNEWS -

 

 Amakuru y'umutekano.

Ijoro rya 24 rishira irya 25 rusama 2006 na 25 rishira irya 26 rusama2006,niho muntara ya kayanza nacane cane mu ma komine arihafi y'ikibira haragwa imishamirano hagati y'ingabo za leta ni za paripehutu fnl,aho dusanga harononekaye ibintu ry'inshi cane na bantu bitavye Imana batari bake.Nkuko uwujejwe umutekano mu gisoda ca leta abimenyesha aremeza neza cane ko mu Kiobira cengereye intara ya kayanza abarizwa abagwanyi batari bake ba paripehutu Fnl.
Mubivugwa vyonenekaye harimo ibintu bigizwe na mahera yibwe n'ibitugwa bitari bike vy'ibwe nabo bagwanyi ba paripehutu fnl na cane cane muri komine Kabarore imwe mu ma komine agizwe iyo ntara ya kayanza.

 

Ibiganiro hagati ya Leta y'Uburundi na Paripehutu Fnl.

Non à l' Extrême-Droite BurundaiseNkuko bitangazwa na ma radio menshi y'igihugu nizo hanze,leta y'uburundi iremeza ko yamaze kuronka ubutumire na leta ya tanzania ko ibiganiro yayo na paripehutu Fnl bizotangura ingenekerezo rya 29 rusama 2006 aho nuyo muhari wa paripehutu fnl wemeza ko ubwo butumire bamaze kuburonka mugabo nkuko bimenyeshwa n'umuvugizi wa paripehutu fnl ngo nyakubahwa Agathon RWASA avuga ko ariho utuntu duto bakivugana na Leta ya Tanzania n'umuhuza muri irya biganiro ariko ko itwo tugorane tutazobuza ibiganiro gutangura mugihe tuzoba twavuye munzira.
Nkuko abanyagihugu batari bake biteguriye kumviriza ibizovamo muri ivyo biganiro banabiharirako kenshi niko igipolise kiguma givata abantu kibarerera mu gasho kubera ivyiyumviro vyabo na cane cane abatavuga rumwe na leta.

1