AGnews

                                       

      

AMAKURU ...  

 

 AGNEWS

G.N. 

BUJUMBURA,   26/07/2006
 


Abanywanyi bane bo mu mugambwe CNDD ya Léonard NYANGOMA baheruka gutanga imihoho. Abo bantu bahora baserukira umugambwe mu ntara ya Bubanza ,Cankuzo ,Mwaro na Rutana. Bagiriza umukuru w'uyo mugambwe ko akoresha nabi ubutunzi bwawo mu gihe abanyeshure bo kuri kaminuza y'uburundi bashika kuri mirongo icenda n'umwe baheruka gusohora itangazo aho bavuga ko Léonard NYANGOMA arongoye CNDD atunganya neza akazi ajejwe.

4 individuals of the CNDD of Léonard NYANGOMA have just left this party. They acts of the representative provincial with Bubanza, Cankuzo, Mwaro and Rutana. These people leave party CNDD because they see that the leader badly manages the goods of the party at the time when 91 students at the University of Burundi left an official statement saying that Léonard NYANGOMA is adopted better qualities of a chief.

4 individus du CNDD de Léonard NYANGOMA viennent de quitter ce parti. Ils s'agit des représentant provinciaux à Bubanza ,à Cankuzo ,à Mwaro et à Rutana. Ces gens quittent le parti CNDD parce qu'ils voient que le leader gère mal les biens du parti au moment où 91 étudiants à l'Université du Burundi ont sorti un communiqué disant que Léonard NYANGOMA est adopté de plus bonnes qualités d'un chef .


AGNEWS 2006

1 1