Sévérin Ndikumugongo hamwe na
Sévérin Ntahomvukiye bapfungiwe mw'ibohero
rikuru rya Mpimba ...
Uwahoze ari umushikiranganji wogutwara
ibintu no gutumatumanako amakuru Sévérin Ndikumugongo hamwe nuwahoze ari
umuyobozi mukuru w'ishirahamwe ONATEL Sévérin Ntahomvukiye, kuva kuri uyu
wagatandatu, bapfungiwe mw'ibohero rikuru rya Mpimba i Bujumbura.Bagirizwa
kuba barasesaguye no kukunyonora ubutunzi muri ONATEL igihe bemerera isoko
ishirahamwe ryo muri Afrika yepfo muvyerekeye téléphones ngendanwa.Amafaranga
angana n'imiriyoni amajana atandatu yamafaranga yamarundi niyo
yazimiye.Itohozwa ririko rirakorwa kugira bamenye uruhara rw'umumwe muri abo
babiri.
The ex-minister of transport
and communication M.Sévérin Ndikumugongo and the ex-Director General of the
ONATEL M.Sévérin Ntahomvukiye have been for this Saturday, in the central
prison of Mpimba with Bujumbura.Ils are accused of bad management and
diversion of the funds of the ONATEL when they led this company, to the
conclusion of a market of mobile telephony with the South-African company.
More than six hundred million frank Burundians are disappeared and of the
investigations are in hand to determine the responsibilities for each one.
L'ex-ministre de transport et de
communication M.Sévérin Ndikumugongo et l'ex-Directeur Général de l'ONATEL
M.Sévérin Ntahomvukiye sont depuis ce samedi, dans la prison centrale de
Mpimba à Bujumbura.Ils sont accusés de mauvaise gestion et de détournement des
fonds de l'ONATEL quand ils ont conduit cette société, à la conclusion d'un
marché de téléphonie mobile avec la société sud-africaine. Plus de six cents
millions de francs burundais sont disparus et des enquêtes sont en cours pour
déterminer les responsabilités de chacun.
AGNEWS
2006