AGnews

                                       

  I BUJUMBURA  BASUBIRA KUMVIRIZA ...

SNAPSHOTS IN THE STREETS OF BUJUMBURA
WITH THE KIRUNDI
  -

AGNEWS -  P.B. - BUJUMBURA,   25/07/2006
 


- THIS DOES NOT REPRESENT THE THOUGHT OF AGNEWS -

 Amakuru y'umutekano

Nkuko ejo haheze twari twabibimereye ko tuzobamenyesha ivyononekeriye muri komine Musaga ku bisasi biremereye vyahavugiye,amakuru twabonye nuko hononekaye Inzu n'umuntu umwe yashoboye kugira isanganya biramukomeretsa cane mugabo gushika nubu akaba akiriho.Ibindi bisasi vyagiye biragwa ahatarikintu na kimwe.
Leta y'uburundi ivyegeka ku muhari palipehutu Fnl mugabo uyo muhari nawe urabihakana wivuye inyuma.

 

 AGNEWS 2006

1 1