- THIS DOES NOT REPRESENT THE THOUGHT OF
AGNEWS -
Amakuru y'umutekano
Muri iri joro rya 23 mukakaro rishira irya 24 mukakaro
2006,niho haraye harumvikana ibisasi biremereye birimo na ma bombe mri komine
Musaga iri ngaha mu gisagara ca bujumbura,twabibutsa ko muri iyo komine
hagizwemo cane cane ubwoko bwa batutsi.Naho biruko ivyahonenekariye kuri uyu
mwanya ntavyo turashobora kumenya kubwu buryo buke,mugabo mu makuru yacu yo
hanyuma tuzoshobora kubabarira ivyahononekariye.
Ingabo za ONU ziringaha i BURUNDI zaraye zihakije umuntu
Ku musi wa gatandatu w'ingenekerezo rya 22 mukakaro 2006
niho abasirikare ba ONU bava mu gihugu ca afrika yemfo(Afrique du sud)bafashe
umukozi wabo wo munzu baramuturira mugabo ntaracikana,bamuhora ko bari
bamuhaye igitugwa c'Intama(mouton)ngo akibage hageze kuzifungura ba se buja
basanga inyama y'ururimi ntayirimo bamubajije ati sinzi baca bamujana mu
bamfumu muri komine Buyenzi umumfumu aremeza ko ariwe yaruriye niko kumufata
bamujana i muhira iwabo baca baramuturira.
AGNEWS 2006