Kuri uyu wa mungu,umukuru w'iguhugu c'uburundi
Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA yarafashe indege imujana mu gihugu ca Nigeriya.
Yari agiye gusinya amasezerano yo gufashanya hagati y'uburundi n'igihugu ca
Nigeriya kikaba kizofasha cane cane muvyerekeye uburimyi hamwe n'ubworozi.
Nyenicubahiro azoja kandi no mu nama izobera i abuja mu bijanye n'amadini
hamwe n'iterambere.
The President of the
Republic of Burundi S.E. Mr. Pierre NKURUNZIZA took the plane, this Sunday,
towards Nigeria. The objective of its departure is to sign a cooperation
agreement between Burundi and Nigeria. Nigeria will especially help Burundi in
the field of agriculture and the breeding. Its Excellence will also take part
in a meeting in connection with the religion and the development which will be
held in Abuja.
Le Président de la République du Burundi S .
E . M. Pierre NKURUNZIZA a pris l'avion, ce dimanche, vers le Nigeria.
L'objectif de son départ est de signer un accord de coopération entre le
Burundi et le Nigeria. Le Nigeria aidera le Burundi surtout dans le domaine de
l'agriculture et de l'élevage. Son Excellence participera aussi dans une
réunion en rapport avec la religion et le développement qui se tiendra à
Abuja.
AGNEWS
2006