AGnews

                                       

       AMAKURU  MU BURUNDI  
          ( AGNEWS
   G.N.    BUJUMBURA,   23/06/2006 )
 

Grenade yaratewe kw'isoko ...

Kuri uyu wa kane, isaha zibiri z'ijoro, Grenade yaratewe kw'isoko nkuru ya Bujumbura ahahagarara imiduga itwara abantu baja mu Kamenge na Ngagara.Umuntu umwe yarapfuye, batatu barakomereka. Uwayiteye n'ubu akaba ataramenyekana.

This Thursday, around 20 hours of the evening, a grenade exploded at the central market of Bujumbura, in the carpark of the buses of Kamenge and Ngagara.Une nobody died and 3 others wounded. The author is not yet known.

Ce jeudi, vers 20 heures du soir, une grenade a explosé au marché central de Bujumbura, au parking des bus de Kamenge et Ngagara.Une personne est morte et 3 autres blessées. L'auteur n'est pas encore connu.


Miduga yo mubwoko bw'amakanyo ziva mu Rwanda zarahagaritswe ...

Imiduga yo mubwoko bw'amakanyo ziva mu Rwanda zarahagaritswe mu ntaraya Cibitoke kuko zizana umusenyi n'ibindi bidandazwa, zikagurisha kunyungu zazo ariko ata kori zitanze mu Burundi. Zizorekurwa aruko zirishe tagisi kandi ntizizogaruka kugira urwo rudandazwa.

The trucks of transport coming from Rwanda were stopped in the province of Cibitoke. They transported sand and other goods and made the trade with their profit without paying the tax in the State. These trucks will be released only when their owners pay the tax but also they never return on the Burundian ground to make the trade.

Les camions de transport en provenance du Rwanda ont été arrêtés dans la province de Cibitoke. Ils transportaient le sable et d'autres marchandises et faisaient le commerce à leur profit sans payer la taxe à l' Etat. Ces camions ne seront libérés que quand leurs propriétaires auront payé l'impôt mais aussi ils ne reviendront jamais sur le sol burundais pour faire le commerce.

AGNEWS 2006

1